|
我らのブルンジ(ルンディ語:Burundi Bwacu)は、ブルンジの国歌。カトリック教会の司祭であるJean-Baptiste Ntahokajaに率いられた作詞家たちによって歌詞が作られ、マルク・バレンガヤボによって作曲された。1962年にブルンジ国歌として採用された。 ==ルンディ語の歌詞== Burundi bwacu, Burundi buhire, Shinga icumu mu mashinga, Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo. Warapfunywe ntiwapfuye, Warahabishijwe ntiwahababuka, Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira. Komerwamashyi n'amakungu, Habwa impundu nabawe, Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga, Burundi bwacu, ragi ry'abasokuru, Ramutswa intahe n'ibihugu, Ufatanije ishaka n'ubuhizi; Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza. Burundi bwacu, nkoramutima kuri twese, Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima, Imana yakuduhaye ikudutungire. Horana ubumwe n'abagabo n'itekane. Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza. 抄文引用元・出典: フリー百科事典『 ウィキペディア(Wikipedia)』 ■ウィキペディアで「我らのブルンジ」の詳細全文を読む スポンサード リンク
|